ICO News

Intambara ya Vietnam: menya igituma US yatsinzwe kandi yari ifise igisirikare rutura – BBC


Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y’isanamu,

N’aho bari bafise ibikoresho vyinshi kandi bikomeye, abasirikare ba Amerika bagiye kwisanga barushijwe

Intambara ya Vietnam (1955-75) ni imwe mu ntambara rutikizabantu iheruka, intambara yahitanye abarenga imiriyoni 2.5.

Ariko hejuru ya vyose, yibukwa nk’intambara Reta Zunze Ubumwe za Amerika zatsinwe bikomeye.

Muri ino ndwi hari haramutswe hahimbazwa imyaka 50 irangiye abasirikare ba nyuma ba Amerika bavuye muri Vietnam ku wa 29 Ntwarante (3) 1973.

Ingingo ya Perezida Richard Nixon yo kuva muri ico gihugu yabaye ingingo ikomeye cane, kubera umugambi w’amahoro wagoyagoya waciye inzira y’intsinzi y’igisirikare ca Vietnam ya Ruguru inyuma y’imyaka ibiri.



READ SOURCE

This website uses cookies. By continuing to use this site, you accept our use of cookies.