ICO News

Intambara ya Sudan: Miriyoni z'abantu bahanzwe no kuronka ico barya buri munsi – BBC.com


Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y’isanamu, Benshi mu bahunze intambara vyagaragaye ko barembejwe n’indwara zandurutse ku kurya nabi

  • Umwanditsi, James Copnall
  • Igikorwa, Ashikiriza ikiganiro ca BBC Newsday

Mohanad el-Balal ni umwe mu banya-Sudan b’abanyagihugu basanzwe bita ku rutare mu kurwanya inzara yugarije ico gihugu – kandi hari ifoto y’umugabo umwe atazokwigera yibagirwa.

Sadiq, umugabo w’umuhumure afise n’abana, yagumije cane amaboko y’agakinga kiwe k’abagendana ubumuga kugira agume yicaye neza mu gihe amaguru yiwe yanyunyutse cane.

Sadiq ”ari mu ntebe y’abagendana ubumuga ariko si ikimuga”, niko Balal avuga : ”Nta kindi atari uko yabuze ico arya gushika aho atagishobora gutambuka.”

Balal, akorera mu Bwongereza, ni umwe mu bashinze ikigo Khartoum Aid Kitchen, gifasha ibihumbi n’ibihumbi vy’abanya-Sudan kumara kabiri mu kubagaburira ivyo kurya ku murwa mukuru, Khartoum.



READ SOURCE

This website uses cookies. By continuing to use this site, you accept our use of cookies.